• Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya

  • Nov 13 2021
  • Durée: 11 min
  • Podcast

Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya

  • Résumé

  • Wari uzi yuko wotozwa ihadabu muri Tasmania kubera gukoresha GPS kuri terefone yawe uri mu ngendeshwa. Turabashikiriza amategeko y'ibarabara atazi ariko yogufasha kwirinda kwica amategeko mu ma barabara yo muri Australia.
    Voir plus Voir moins

Ce que les auditeurs disent de Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya

Moyenne des évaluations de clients

Évaluations – Cliquez sur les onglets pour changer la source des évaluations.